Mu ntambara iheruka ubu bwa vuba hagati y'Ubuhindi na Pakistani, nta vyo kugabishanya ubwa nyuma vyabaye canke uruhande rwoba rwarakangishije gufyonda imbarutso ya nikleyeri. Yamara rero, ...
Abayobozi bo ku rwego rwo hejuru b’ibihugu vyo mu buseruko bwa Afrika bashikirije iciyumviro co kurungika abasirikare muri Sudani aho intambara imaze amezi atatu ibandanya ikomera. Ico ciyumviro ...